Key words Flashcards
Alors
Rero
Vraiment (vérité)
Nukuri
Je pense
Ndibaza
Peut-être
Vyoshoboka
Pas encore
Ntiharagera
Cheers
Kumagara yacu
Félicitations
Ndagukeje
couci-couça
si neza si nabi
n’est-ce pas?
sivyo?
pas mal
si nabi
super bien!
Ni vyiza cane!
Comme ci, comme ça
Vya nabi nabi
D’accord
Turumvikanye
Bien sûr
Ego koko
Oui et non
Ego kandi oya
Ah oui?
Vy’ukuri?
Ah bon?
Uko ni ko biri ?
Oui, bien sûr
Egome, koko
Je pense que oui
Ndavyibaza
Je pense que non
Sindavyibaza
Je regrette, je suis désolée
Birambabaje
Parce que
Kuko/ kubera ko
À cause de
Kubera, bivuye ku
Je ne sais pas
Sinzi, ntavyo nzi
Voici
Ngiki
Voilà
Ngikirya
C’est moi
Ni jewe
C’est à moi
Ni iciwanje
Mais
Ariko/ Mugabo
Maintenant
Ubu
Tout de suite
Ubunyene
Beaucoup de
Ibintu vyinshi
Toi même
Wewe nyene
Moi même
Jewe nyene
Ce n’est rien
Ntaco kimaze
Ce n’est pas ça
Si ivyo
C’est ça
Ni ivyo
C’est vrai
N’ukuri
C’est pas vrai
Sivyo, si ukuri
Pas vraiment
Si vy’ukuri
C’est faux
Si vyo
C’est juste
Ni ukuri, ni vyo
Ce n’est pas possible
Ntibishoboka
C’est possible
Birashoboka
Viens ici
Ngo hano
Un petit peu
Gato, buke
Un peu d’eau
Amazi make
Je pars
Ndagiye
Je m’en vais
Ndigiriye
C’est tout
Nta kindi
Tous les jours
Imisi yose
À tout jamais
Ibihe vyose, mahera
Pour toujours
Ibihe vyose
En tout cas/ de toutes façons
Uko biri José
Tout autour
Hirya no hino, ahazungurutse
Tout le monde
Bose
Tout le temps
Umwanya wose
Toujours
Igihe cose/ imisi yose
Tous les soirs
Imigoroba yose
Pas du tout
Haba namba/ Haba n’intete / Nta namba
Rien du tout
Nta na kimwe
Presque toujours
Hafi imisi yose/ Hafi igihe cose
Tout le monde le sait
Bose barabizi
Tous les enfants
Abana bose
Tous les deux
Bompi
Tout à fait
Uko nyene
Tout d’un coup
Giturumbuka/ bukwi na bukwi
Tout est prêt
Vyose birateguye
Comme toujours
Nk’uko bisanzwe
Pas encore
Ntibirakunda / ntibirashoboka
Il y a beaucoup de
Hariho ibintu vyinshi
Ce n’est pas difficile
Ntibigoye
C’est difficile
Biragoye
C’est facile
Biroroshe
Je suis ici
Ndi hano
Comme ci
Nk’uku
Comme ça
Nk’uko