sentences Flashcards
abantu bose bavuka bishira bakizana kandi bangana mu gateka no mu ngingo zibubahiriza. Bafise ubwenge n’umutima kandi batengerezwa kwubahana nk’abavandimwe
all human beings are born free and equal i dignity and rights. They are endowed with reason and conscience and should act towards one another in a spirit of brotherhood.
ikirundi n’ikinyarwanda bisa nk’igi czek n’igi slovak.
rundi and rwanda are closely related like Czek and Slovak.
iyo ng’iingo ni nshasha.
this measure is new.
umugore si Frida gusa.
the woman is not just Frida.
mushikiwe ni umubaanyi wanje.
his sister is my neighhour.
ni amaraso yacu yasesetse
it’s our blood that was shed.
si mwe mwaantoye?
it’s not you who chose me?
abakenyezi bari benshi mu baserukira imigambwe.
women were numerous among the party representatives.
ico kigabiro kiri ku musozi Munyinya.
this memorial tree is on Munyinya hill.
bigeze aho, uwari mukuru muri bo arabahorahoya.
then, he who was of age amongst them calmed them.
bavuga ko abatutsi are ubwoko bwatowe n’Imana.
they say that the Tutsi are an ethnic group which was elected by God.
ntitwovuga ko bose bari abatagatifu.
we cannot say that all were saints.
bavuga ko Imana iri mu kibanza ca mbere
they say God ranks first.
bari abarimiro bakunda kunywa itabi ryinshi
it was the people from Kirimiro who used to smoke a lot of tobacco.
ico gihe yari jewe nasivye gusa
at that time, it was me only who was absent.
ico gihe twari / bari twebwe twasivye gusa
at that time, it was us only who were absent
boba ari ba bana baje?
would it be these children who have come?
mbona ari je yiitwararitse gusa.
j see that it is in me only that he is interested.
n’ukuri Suzana atari we yakubise Petero
as a matter of fact, Suzanne, it is just not her who has hit Peter.
none si wowe wabigize?
is it not you then who has done it?
atari wowe wabigize none?
is it really not you then who has done it?
ntagukekeranya
there’s no doubt.
nabona ata batutsi agirira nabi
i saw that he did not do evil to the Tutsi.
nta bwoko bwahemutse
there’s no ethnic group which betrayed